🔴Abenegihugu bo muri komine #Mpanda barashimira inzego za komine k’ukuntu isukari iba yabonetse bayibasangiza bose. 🧁 Mugihe hamaze imisi hibonekeza ubukene bw’isukari kuburyo umuntu aho ayikenerera atariho ayironkera, ngo no muri komine #Mpanda ico kibazo baragifise, ariko nk’uko twabiyagiwe na #BUCUMI_Gérard asanzwe ari Umunyamabanga nshingwabikorwa ntayegayezwa muri komine #Mpanda , ngo baragerageza gusabikanya n’abenegihugu iyibaLire la suite « Uko Abenegihugu bo muri komine Mpanda baronswa isukari. »
Archives de la catégorie : Non classé
Inyishu kubantu batunzwe n’uburimyi
🔴 Uburimyi: Abipfuza ibikoresho bigezweho bifasha mu kuvomerera imirima vyoroshe,kurima, gutema ivyatsi, gupompa, n’ibindi, ishirahamwe Akshar Purna Agri-Biotech & Irrigation ryarabibazaniye ku giciro gitoya. Iryo shirahamwe risanzwe rifise n’abahinga babafasha gutunganya nyeza imirima yanyu, hamwe n’ifumbere kama y’amazi izimbutse , ifasha gutanga umwimbu mwiza kandi mwinshi ,hama n’isi ndimwa ikabona gusubirana akanovera.Uwufise ico abaza ,Lire la suite « Inyishu kubantu batunzwe n’uburimyi »
UBURUNDI MURI CAN2024
Football: Uburundi na Cameroun hazoca uwambaye ku musi w’ejo Umurwi nserukiragihugu w’umupira w’amaguru mu Burundi #Intamba_mu_Rugamba uriteguriye urukino ruzowuhuza n’igihugu ca #Cameroun kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 isaha zitatu z’ijoro (21h) mu gisagara ca #Garoua.Ni mu nkino zo gukurakuranamwo mu kurondera uburenganzira bwo kwitabira ihiganwa rya #CAN2024 rizobera mu gihugu ca CôteLire la suite « UBURUNDI MURI CAN2024 »
INAMA Y’ABAGUMYABANGA MURI KOMINE NSHASHA YA BUBANZA
🔴🦅 BUBANZA: Abagumyabanga bose bo muri komine nshasha ya #Bubanza bahamagarirwa gushigikira ibikorwa vyose vy’iterambere vyotuma iyo komine igira ishusho nziza gusumbiriza. 🦅Ivyo vyashikirijwe na #Emmanuel_Ntirandekura , Umunyamabanga w’umugambwe #CNDD_FDD muri komine nshasha ya Bubanza mu nama yo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10/9/2023 iyo nayo ikaba yahuje imvukira, abakozi ba Leta, abikorera umivyabo bavukaLire la suite « INAMA Y’ABAGUMYABANGA MURI KOMINE NSHASHA YA BUBANZA »
Umushikirizamanza mukuru wa Republika y’Uburundi arikumwe na Buramatari w’intara ya Bubanza, barifadikanije n’abenegihugu bo muri komine Gihanga mu bikorwa rusangi vyo gusibura ibarabara.
🔴🔴🔴 Bubanza: Indongozi zose zo mu ntara ya Bubanza zihamagarirwa gukorera neza buri mwene gihugu mu ntumbero yo kubabera inyishu y’ibibazo bibahanze. 👆Ivyo vyashikirijwe na #Léonard_MANIRAKIZAUmushikirizamanza mukuru wa Republika y’Uburundi , aho kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 9/9/023 arikumwe na Buramatari w’intara ya #Bubanza, hamwe n’izindi ndongozi zo mu ntara yari yifadikanije n’abenegihugu boLire la suite « Umushikirizamanza mukuru wa Republika y’Uburundi arikumwe na Buramatari w’intara ya Bubanza, barifadikanije n’abenegihugu bo muri komine Gihanga mu bikorwa rusangi vyo gusibura ibarabara. »
Imatera 320 nizo zatanzwe n’ishirahamwe ry’imvukira za Bubanza
BUBANZA : Imatera 320 nizo zatanzwe ku mashure atanu y’uburaro ari mu ntara ya #Bubanza. 🗓️ Kur’uwu wa mbere igenekerezo rya 26.9.2022 imvukira z’intara ya Bubanza zari ziramutse zikora igikorwa co gushikiriza kumugaragaro imatera 320 ku mashure y’uburaro ari mu ntara ya Bubanza. 🎤Mw’ijambo ry’ikaze ryashikirijwe na Nyakubahwa #Cléophas_NIZIGIYIAMANA , Buramatari w’intara ya Bubanza akabaLire la suite « Imatera 320 nizo zatanzwe n’ishirahamwe ry’imvukira za Bubanza »